
Vers 1: Hommy !! Hommy !! Muntu ugana iwacu Reka nkutume hariya kwa Mama Umubwire yuko mukumbuye Iyo mwibutse Oooh ndasarara Hommy !! hommy! Muntu uja I Burundi Ukagera hariya I Bujumbura Kumayira abiri Uti ndabakumbuye Igihe kazoza tubonane !! Uti nanse kubona nicwa n’inzara Nanse kubona Mama yicwa n’inzara Hageze igihe akazi karabura Kuko Abonse rimwe bashamiranye Layla akarira akarira, akabura ikimuhoza Kubwo kubura ico muha Hariya iwacu kuri ya misozi «iwacu ndahakumbuye» Mfise intuntu yo gusubirayo «abiwacu ndabakumbuye» Hariya iwacu kuri ca kiyaga «iwacu ndahakumbuye» Mfise intuntu yogusubirayo «Ab'iwacu ndabakumbuye Spoken: «(#Leyla) papa je t aime uzoza ryari kumbuye kumbuye " Vers 2: Harya ubuto butegurira ubusaza Inkoni nzokwitwaza mu butama Ni ngombwa Ndayice nkiri muto Sije nabizanye ! Tuvukira mu bibazo Tukongera tukabikuriramwo Kuko tuzira ivyo tutazi Bigatuma tutabona imbere Ooooh! Oooh! MANA!!! Ehe amagara yarankitse Mu mahanga muc’abandi Ibibi burya bibaho No kwihangana bikabaho Ariko uri iwanyu biroroha Ukihanganira vyose Hariya iwacu kuri ya misozi «iwacu ndahakumbuye» Mfise intuntu yo gusubirayo «abiwacu ndabakumbuye» Hariya iwacu kuri ca kiyaga «iwacu ndahakumbuye» Mfise intuntu yogusubirayo «Ab'iwacu ndabakumbuye
Песен-НИКИ
Загрузка...
Другие песни Sat-B
Все песни →Похожие песни

Бигасс
SODA LUV
Ничего личного
Русский рэп201975,446

Бандана
Платина
РНБ КЛУБ
Русский рэп201859,980

Свадебное путешествие
Александр Буйнов
Острова любви
Русская эстрада199954,906

Каспий жағалауы
Azamat
Поп200134,438

Шпилька-каблучок
Лолита
Анатомия
Русская эстрада201433,308

Девочка 2D
Dead Rave
Singles 15-17
Русский рэп201828,891
